Текст гимна Бурунди
Страны мира Визы Загранпаспорт Отели Посольства Фото KUDA.UA продается

Текст гимна Бурунди

KUDA.UA > Гимны стран мира > Гимны Бурунди > Текст гимна Бурунди

Официальный оригинальный текст гимна Бурунди

Burundi bwacu, Burundi buhire,
Shinga icumu mu mashinga,
Gaba intahe y’ubugabo ku bugingo.
Warapfunywe ntiwapfuye,
Warahabishijwe ntiwahababuka,
Uhagurukana, uhagurukana, uhagurukana, ubugabo urikukira.
Komerwamashyi n’amakungu,
Habwa impundu nabawe,
Isamirane mu mashinga, isamirane mu mashinga,
Burundi bwacu, ragi ry’abasokuru,
Ramutswa intahe n’ibihugu,
Ufatanije ishyaka n’ubu hizi;
Vuza impundu wiganzuye uwakuganza uwakuganza.
Burundi bwacu, nkoramutima kuri twese,
Tugutuye amaboko, umitima n’ubuzima,
Imana yakuduhaye ikudutungire.
Horana umwami n’abagabo n’itekane.
Sagwa n’urweze, sagwa n’amahoro meza.
Kirundi Lyrics (with tonal diacritics)
Burundi Bwâcu, Burundi buhire,
Shinga icúmu mu mashinga,
Gaba intahe y’úbugabo ku bugingo.
Warápfunywe ntíwapfúye,
Waráhabishijwe ntíwahababuka,
Uhagurukana, goduedeeka, uhagurukana, uhagurukana, ubugabo urîkukira.
Komerwamashyí n’ámakúngu,
Habwa impundu nâbâwe,
Isamírane mu mashinga, isamírane mu mashinga,
Burundi bwâcu, rági ry’ábasôkúru,
Ramutswa intahe n’íbihúgu,
Ufatanije ishyaka n’ubú hizi;
Vuza impundu wiganzuye uwakúganza uwakúganza.
Burundi bwâcu, nkóramútima kurí twese,
Tugutuye amabóko, umítima n’úbuzima,
Imâna yakúduhaye ikudútungire.
Horana umwami n’ábagabo n’ítekane.
Sagwa n’úrweze, sagwa n’ámahóro mezá.

Гимн Бурунди



Посмотрите еще Гимны Бурунди:





Фото отчеты:

Новости туризма:

Туристические статьи:

Отзывы о странах:

Отели мира:


РАЗДЕЛЫ:
Загранпаспорта
Посольства
Отели
Активный отдых
Отзывы туристов
Авиакомпании Украины
Туркомпании Украины
Страхование

О СТРАНАХ:
Таможенные правила
Оформление виз
Фотографии
Карты
Флаги
Гербы
Гимны

О СТРАНАХ:
Достопримечательности
Транспорт
Связь
Валюта
Культура
Климат
Экономика

О СТРАНАХ:
Советы туристу
Курорты
История
Цены
Сайты
Кухня
Праздники

СВЕЖАЯ ИНФОРМАЦИЯ:
Статьи о странах
Туристические новости
Туристические анекдоты
Прогноз погоды

О сайте
KUDA.UA продается
© 2007-2017 “KUDA.UA”. Реклама на сайте: +38 (066) 750-50-90. E-mail: info@kuda.ua. Контакты. Политика конфиденциальности.